-
1 Samweli 9:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Mukimara kwinjira mu gisagara, muca mumubona. Nimunyaruke kuko aca aduga gufungurira aho hantu basengera. Abantu bafungura ari uko ashitse kubera ko ari we ahezagira nya kimazi. Ahejeje kugihezagira ni ho abatumiwe baheza bagafungura. Nimuduge ubu nyene muca mumubona.»
-