1 Samweli 9:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Samweli abonye Sawuli, Yehova aca amubwira ati: «Ng’uyo wa muntu nakubwira nti: “Uyo ni we azoganza abantu banje*+.”»
17 Samweli abonye Sawuli, Yehova aca amubwira ati: «Ng’uyo wa muntu nakubwira nti: “Uyo ni we azoganza abantu banje*+.”»