1 Samweli 9:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Sawuli aca yishura ati: «Erega jewe mva mu Babenyamini, umuryango mutoyi cane mu miryango yose ya Isirayeli+. Kandi umuryango wa dawe ni wo muryango ata co uvuze mu miryango yose y’Ababenyamini. Kubera iki none umbwiye gutyo?»
21 Sawuli aca yishura ati: «Erega jewe mva mu Babenyamini, umuryango mutoyi cane mu miryango yose ya Isirayeli+. Kandi umuryango wa dawe ni wo muryango ata co uvuze mu miryango yose y’Ababenyamini. Kubera iki none umbwiye gutyo?»