-
1 Samweli 9:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Samweli aca ajana Sawuli n’umusuku wiwe aho bafungurira, maze abicarika mu kibanza c’iteka mu bandi batumire bose. Bari abagabo nka 30.
-