-
1 Samweli 9:24Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
24 Nya mutetsi aca atora ukuguru n’inyama bifatanye, abitereka imbere ya Sawuli. Maze Samweli avuga ati: «Ng’ibi ivyo twari twakubikiye. Fungura kuko bari babikubikiye ku bw’uyu musi. Nari nababwiye ko mfise abatumire.» Nuko uwo musi Sawuli asangira na Samweli.
-