-
1 Samweli 9:26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Ku musi ukurikira, bavyuka kare. Hakiri mu mutwenzi, Samweli ahamagara Sawuli iyo ari hejuru ku nzu, amubwira ati: «Niwitegure, ndakurungike ugende.» Sawuli aca aritegura maze we na Samweli barasohoka.
-