1 Samweli 9:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Bakiriko baramanuka berekeza ku mpera y’igisagara, Samweli abwira Sawuli ati: «Bwira uwo musuku+ arengane imbere yacu.» Nuko ararengana. Samweli yongerako ati: «Nayo wewe, banza uhagarare ndakubwire ubutumwa buvuye ku Mana.»
27 Bakiriko baramanuka berekeza ku mpera y’igisagara, Samweli abwira Sawuli ati: «Bwira uwo musuku+ arengane imbere yacu.» Nuko ararengana. Samweli yongerako ati: «Nayo wewe, banza uhagarare ndakubwire ubutumwa buvuye ku Mana.»