-
1 Samweli 10:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Uyu musi nyene nitwavana uraza guhura n’abagabo babiri hafi y’imva ya Rasheli+ i Zeluza, mu karere ka Benyamini. Barakubwira bati: “Za ndogobwa waja kurondera zarabonetse. Mugabo ubu so wawe ntizikimuhagaritse umutima+, ahubwo ni mwe mumuhagaritse umutima. Aguma yibaza ico yokora ngo atore umuhungu wiwe.”
-