1 Samweli 10:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nuko bava* ng’aho baja kuri ka gasozi maze umugwi w’abahanuzi uhura na Sawuli. Ako kanya impwemu y’Imana imuha inkomezi+, atangura kuvuga ubuhanuzi+ nka bo.
10 Nuko bava* ng’aho baja kuri ka gasozi maze umugwi w’abahanuzi uhura na Sawuli. Ako kanya impwemu y’Imana imuha inkomezi+, atangura kuvuga ubuhanuzi+ nka bo.