1 Samweli 10:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Maze umuntu umwe w’aho hantu avuga ati: «Abo bahanuzi bandi bo ni bene nde?» Ni ho havuye iyi mvugo* ngo: «Sawuli yakabaye na we nyene ari umuhanuzi+?»
12 Maze umuntu umwe w’aho hantu avuga ati: «Abo bahanuzi bandi bo ni bene nde?» Ni ho havuye iyi mvugo* ngo: «Sawuli yakabaye na we nyene ari umuhanuzi+?»