1 Samweli 10:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Mu nyuma, sewabo wa Sawuli abwira Sawuli n’umusuku wiwe ati: «Mwari mwaroye he?» Yishura ati: «Kurondera za ndogobwa+. Mugabo tuzibuze twaciye tuja kuraba Samweli.»
14 Mu nyuma, sewabo wa Sawuli abwira Sawuli n’umusuku wiwe ati: «Mwari mwaroye he?» Yishura ati: «Kurondera za ndogobwa+. Mugabo tuzibuze twaciye tuja kuraba Samweli.»