1 Samweli 10:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Abwira Abisirayeli ati: «Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: “Ni jewe nakuye Abisirayeli mu Misiri, ndabakura mu vyara vy’Abanyamisiri+, ndabakiza n’ayandi mahanga yose yabacinyiza.
18 Abwira Abisirayeli ati: «Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: “Ni jewe nakuye Abisirayeli mu Misiri, ndabakura mu vyara vy’Abanyamisiri+, ndabakiza n’ayandi mahanga yose yabacinyiza.