1 Samweli 10:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Samweli abwira abantu bose ati: «Mwabonye uwo Yehova yatoye+? Mubona hari n’umwe ameze nka we mu bantu bose?» Abantu bose baca batangura gusemerera bati: «Umwami nahangame!»
24 Samweli abwira abantu bose ati: «Mwabonye uwo Yehova yatoye+? Mubona hari n’umwe ameze nka we mu bantu bose?» Abantu bose baca batangura gusemerera bati: «Umwami nahangame!»