1 Samweli 11:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Maze Nahashi Umwamoni+ araduga akambika hafi y’i Yabeshi+ mu karere ka Gileyadi ngo ahatere. Abagabo bose b’i Yabeshi baca babwira Nahashi bati: «Girana isezerano natwe uheze utuganze.»
11 Maze Nahashi Umwamoni+ araduga akambika hafi y’i Yabeshi+ mu karere ka Gileyadi ngo ahatere. Abagabo bose b’i Yabeshi baca babwira Nahashi bati: «Girana isezerano natwe uheze utuganze.»