1 Samweli 11:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Amaherezo nya ntumwa zishika i Gibeya+ aho Sawuli yaba* maze zibwira abantu ayo majambo. Abantu bose baca bararira, baraboroga cane.
4 Amaherezo nya ntumwa zishika i Gibeya+ aho Sawuli yaba* maze zibwira abantu ayo majambo. Abantu bose baca bararira, baraboroga cane.