1 Samweli 11:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Babwira rero intumwa zari zavuye i Yabeshi bati: «Gende mubwire abagabo b’i Yabeshi mu karere ka Gileyadi ko ejo mu masasita* bazoba batabawe.» Nuko nya ntumwa ziragenda zibimenyesha abagabo b’i Yabeshi, na bo baranezerwa cane.
9 Babwira rero intumwa zari zavuye i Yabeshi bati: «Gende mubwire abagabo b’i Yabeshi mu karere ka Gileyadi ko ejo mu masasita* bazoba batabawe.» Nuko nya ntumwa ziragenda zibimenyesha abagabo b’i Yabeshi, na bo baranezerwa cane.