1 Samweli 12:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ababwira rero ati: «Yehova nambere icabona uyu musi, eka n’uwo yarobanuje amavuta ambere icabona, yuko ata kintu na kimwe munyagiriza*.» Na bo bishura bati: «Nabe icabona.»
5 Ababwira rero ati: «Yehova nambere icabona uyu musi, eka n’uwo yarobanuje amavuta ambere icabona, yuko ata kintu na kimwe munyagiriza*.» Na bo bishura bati: «Nabe icabona.»