1 Samweli 12:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Samweli aca ababwira ati: «Yehova nabe icabona, we yakoresheje Musa na Aroni agakura ba sogokuruza banyu mu gihugu ca Misiri+.
6 Samweli aca ababwira ati: «Yehova nabe icabona, we yakoresheje Musa na Aroni agakura ba sogokuruza banyu mu gihugu ca Misiri+.