1 Samweli 12:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nuko Yehova arungika Yerubayali+ na Bedani na Yefuta+ na Samweli+, abakiza abansi bose bari babakikuje kugira mwibereho mu mutekano+.
11 Nuko Yehova arungika Yerubayali+ na Bedani na Yefuta+ na Samweli+, abakiza abansi bose bari babakikuje kugira mwibereho mu mutekano+.