1 Samweli 12:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mu nyuma Nahashi+ umwami w’Abamoni yaraje kubatera. Mubibonye mwagumye mumbwira ko ata kindi mushaka atari umwami+, kandi umwami wanyu ari Yehova Imana yanyu+.
12 Mu nyuma Nahashi+ umwami w’Abamoni yaraje kubatera. Mubibonye mwagumye mumbwira ko ata kindi mushaka atari umwami+, kandi umwami wanyu ari Yehova Imana yanyu+.