1 Samweli 12:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Samweli rero abwira abantu ati: «Ntimutinye. Ego ni ko mwarakoze ivyo bibi vyose, mugabo rero ntimureke gukurikira Yehova+. Mukorere Yehova n’umutima wanyu wose+.
20 Samweli rero abwira abantu ati: «Ntimutinye. Ego ni ko mwarakoze ivyo bibi vyose, mugabo rero ntimureke gukurikira Yehova+. Mukorere Yehova n’umutima wanyu wose+.