-
1 Samweli 12:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Nayo jewe, sinokwubahuka kureka kubasengera kuko noba ncumuye kuri Yehova. Nzobandanya kubigisha inzira nziza kandi igororotse.