1 Samweli 13:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 atora abagabo 3.000 muri Isirayeli. Ibihumbi bibiri muri bo bagumana na Sawuli i Mikimashi no mu karere k’imisozi k’i Beteli, 1.000 na bo bagumana na Yonatani+ i Gibeya+ mu karere ka Benyamini. Abasigaye bose arabarungika, umwe wese asubira iwe.
2 atora abagabo 3.000 muri Isirayeli. Ibihumbi bibiri muri bo bagumana na Sawuli i Mikimashi no mu karere k’imisozi k’i Beteli, 1.000 na bo bagumana na Yonatani+ i Gibeya+ mu karere ka Benyamini. Abasigaye bose arabarungika, umwe wese asubira iwe.