1 Samweli 13:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Maze Samweli ava i Gilugali aduga i Gibeya mu karere ka Benyamini, Sawuli na we aharura abantu. Abari bakiri kumwe na we bari abagabo nka 600+.
15 Maze Samweli ava i Gilugali aduga i Gibeya mu karere ka Benyamini, Sawuli na we aharura abantu. Abari bakiri kumwe na we bari abagabo nka 600+.