1 Samweli 13:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Abisirayeli bose babwirizwa kumanuka ku Bafilisitiya kugira ngo bakarihishe amasuka* yabo, amasipiri*, amashoka canke udukero.
20 Abisirayeli bose babwirizwa kumanuka ku Bafilisitiya kugira ngo bakarihishe amasuka* yabo, amasipiri*, amashoka canke udukero.