-
1 Samweli 14:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Nuko Yonatani atangura kuduga yavura, uwumutwaza ibirwanisho ari inyuma yiwe. Maze atera Abafilisitiya, uwumutwaza ibirwanisho na we akagenda arabahohosha.
-