1 Samweli 14:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Sawuli akiriko aravugana n’uwo muherezi, uruhagarara rurushiriza kwongerekana mw’ikambi y’Abafilisitiya. Maze Sawuli abwira nya muherezi ngo: «Hagarika ivyo uriko urakora*.»
19 Sawuli akiriko aravugana n’uwo muherezi, uruhagarara rurushiriza kwongerekana mw’ikambi y’Abafilisitiya. Maze Sawuli abwira nya muherezi ngo: «Hagarika ivyo uriko urakora*.»