-
1 Samweli 14:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Sawuli n’abari kumwe na we bose barakorana baja ku rugamba. Basanga Abafilisitiya bariko baricana hagati yabo, hari umuvurungano mwinshi.
-