1 Samweli 14:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Hari akantu iyo uno musi abasoda baza kurya uko bashaka+ ku vyo basahuye abansi babo! Twari kwica Abafilisitiya benshi cane.»
30 Hari akantu iyo uno musi abasoda baza kurya uko bashaka+ ku vyo basahuye abansi babo! Twari kwica Abafilisitiya benshi cane.»