1 Samweli 14:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Nuko abo Bisirayeli bagurukira ku vyo basahuye n’umunoho mwinshi, bafata intama n’inka n’inyana bazitsinda hasi barazikerera, batangura kuziryana n’amaraso+.
32 Nuko abo Bisirayeli bagurukira ku vyo basahuye n’umunoho mwinshi, bafata intama n’inka n’inyana bazitsinda hasi barazikerera, batangura kuziryana n’amaraso+.