-
1 Samweli 14:39Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
39 Ndabarahiye Yehova Imana nzima, we yatabaye Isirayeli: naho twosanga ari umuhungu wanje Yonatani, arapfa ata kabuza.» Mugabo ntihagira n’umwe amwishura.
-