1 Samweli 14:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Nuko Sawuli avuga ati: «Nimugire ubupfindo+, tumenye ko ari jewe canke umuhungu wanje Yonatani.» Yonatani aca arafatwa.
42 Nuko Sawuli avuga ati: «Nimugire ubupfindo+, tumenye ko ari jewe canke umuhungu wanje Yonatani.» Yonatani aca arafatwa.