1 Samweli 14:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Maze Sawuli abwira Yonatani ati: «Mbwira, wakoze iki?» Yonatani amwishura ati: «Nakojeje inkoni yanje mu buki, ndya dukeyi gusa+. None rero, ndemeye gupfa.»
43 Maze Sawuli abwira Yonatani ati: «Mbwira, wakoze iki?» Yonatani amwishura ati: «Nakojeje inkoni yanje mu buki, ndya dukeyi gusa+. None rero, ndemeye gupfa.»