1 Samweli 16:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Mugabo Samweli avuga ati: «Nojayo gute? Sawuli abimenye yoca anyica+.» Yehova amwishura ati: «Genda witwaje inyana. Uze uvuge uti: “Nzanywe no gushikanira ikimazi Yehova.”
2 Mugabo Samweli avuga ati: «Nojayo gute? Sawuli abimenye yoca anyica+.» Yehova amwishura ati: «Genda witwaje inyana. Uze uvuge uti: “Nzanywe no gushikanira ikimazi Yehova.”