1 Samweli 16:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Bahashitse maze Samweli akabona Eliyabu+, aca yibwira ati: «Emwe, uwo Yehova agira arobanuze amavuta ni uyu ahagaze imbere yiwe.» 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:6 Umunara w’Inderetsi,1/3/2010, rup. 23
6 Bahashitse maze Samweli akabona Eliyabu+, aca yibwira ati: «Emwe, uwo Yehova agira arobanuze amavuta ni uyu ahagaze imbere yiwe.»