1 Samweli 16:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Amaherezo Samweli abwira Yese ati: «Aba ni bo bahungu bawe bose?» Na we avuga ati: «Umuhererezi+ ni we utarabona. Ari kuragira intama+.» Samweli aca abwira Yese ati: «Nibaje kumuhamagara, kuko tuza gufungura ari uko aje.» 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:11 Umunara w’Inderetsi,1/9/2011, rup. 28-291/10/2005, rup. 915/9/2002, rup. 30
11 Amaherezo Samweli abwira Yese ati: «Aba ni bo bahungu bawe bose?» Na we avuga ati: «Umuhererezi+ ni we utarabona. Ari kuragira intama+.» Samweli aca abwira Yese ati: «Nibaje kumuhamagara, kuko tuza gufungura ari uko aje.»