1 Samweli 16:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Maze Dawidi aja kwa Sawuli, atangura kumukorera+. Sawuli aramukunda cane, araheza amugira uwumutwaza ibirwanisho.
21 Maze Dawidi aja kwa Sawuli, atangura kumukorera+. Sawuli aramukunda cane, araheza amugira uwumutwaza ibirwanisho.