1 Samweli 17:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Abahungu biwe batatu bakuru bari baragiye mu ngabo za Sawuli+. Imfura yitwa Eliyabu+, uwa kabiri akitwa Abinadabu+, uwa gatatu na we Shama+. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:13 Umunara w’Inderetsi,1/9/2011, rup. 29
13 Abahungu biwe batatu bakuru bari baragiye mu ngabo za Sawuli+. Imfura yitwa Eliyabu+, uwa kabiri akitwa Abinadabu+, uwa gatatu na we Shama+.