-
1 Samweli 17:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Nuko Dawidi avyuka kare mu gitondo, araba uwo asigarana intama maze atekera ivyo ajana. Araheza aragenda nk’uko se wiwe Yese yari yabimubwiye. Ageze kw’ikambi asanga abasoda bariko baraja gutonda urugamba, biha akaruru k’intambara.
-