1 Samweli 17:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Akiriko arabaza, wa murwanyi w’igihangange aca arashika, ni ukuvuga wa Mufilisitiya w’i Gati yitwa Goliyati+. Yari aje ava mu ngabo z’Abafilisitiya zitonze urugamba. Atangura kuvuga ya majambo y’agasomborotso+, Dawidi aravyumva.
23 Akiriko arabaza, wa murwanyi w’igihangange aca arashika, ni ukuvuga wa Mufilisitiya w’i Gati yitwa Goliyati+. Yari aje ava mu ngabo z’Abafilisitiya zitonze urugamba. Atangura kuvuga ya majambo y’agasomborotso+, Dawidi aravyumva.