-
1 Samweli 17:28Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
28 Mukuruwe Eliyabu+, ari na we yari imfura, yumvise ariko avugana n’abo basoda, aca aramushavurira amubwira ati: «Waje gukora iki hano? Mbega za ntama nkeyi wazisigaranye nde muri bwa bugaragwa*+? Ndazi neza ukwita imbere kwawe n’ivyiyumviro bibi vyo mu mutima wawe. Aha nta kindi cakuzanye atari ukuraba urugamba.»
-