1 Samweli 17:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Mugabo Sawuli abwira Dawidi ati: «Uracari muto+, ntushobora kuja kurwana n’urya Mufilisitiya. We yabaye umusoda* kuva akiri muto.» 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:33 Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),no. 5 2016 rup. 11
33 Mugabo Sawuli abwira Dawidi ati: «Uracari muto+, ntushobora kuja kurwana n’urya Mufilisitiya. We yabaye umusoda* kuva akiri muto.»