1 Samweli 17:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Dawidi aca abwira Sawuli ati: «Mwami, ndi umwungere w’intama za data. Umusi umwe intambwe+ yaraje itwara intama. Ikindi gihe haza idubu na yo nyene itwara intama. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:34 Umunara w’Inderetsi,1/9/2011, rup. 27
34 Dawidi aca abwira Sawuli ati: «Mwami, ndi umwungere w’intama za data. Umusi umwe intambwe+ yaraje itwara intama. Ikindi gihe haza idubu na yo nyene itwara intama.