-
1 Samweli 17:39Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
39 Maze Dawidi akenyera inkota yiwe hejuru y’umwambaro yambaye, aca agerageza gutambuka mugabo biranka, kuko atari amenyereye kuvyambara. Ni kwo kubwira Sawuli ati: «Ntibikunda ko ntambuka nambaye ibi bintu, kuko ata vyo menyereye.» Aca arabikura.
-