1 Samweli 17:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Uwo Mufilisitiya abonye Dawidi, amurabana akagaye kubera yari umusore akiri muto, mwiza kandi w’inzobe+.
42 Uwo Mufilisitiya abonye Dawidi, amurabana akagaye kubera yari umusore akiri muto, mwiza kandi w’inzobe+.