1 Samweli 17:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Abwira rero Dawidi ati: «Mbaye imbwa+, aho uza kundwanya witwaje inkoni?» Aca avuma Dawidi mu mazina y’imana ziwe. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:43 Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),no. 5 2016 rup. 11
43 Abwira rero Dawidi ati: «Mbaye imbwa+, aho uza kundwanya witwaje inkoni?» Aca avuma Dawidi mu mazina y’imana ziwe.