-
1 Samweli 17:48Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
48 Nya Mufilisitiya arushiriza kwegereza kugira atane mu mitwe na Dawidi. Dawidi na we atangura kwiruka cane agana aho Abafilisitiya batonze urugamba kugira atane mu mitwe n’uwo Mufilisitiya.
-