1 Samweli 17:55 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 55 Igihe Sawuli yabona Dawidi agiye kurwana na wa Mufilisitiya, yabajije Abuneri+ umukuru w’ingabo ati: «Urya muhungu ni uwo kwa nde+ ga Abuneri?» Abuneri amwishura ati: «Ndarahiye imbere yawe mwami*, nta vyo nzi.» 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:55 Umunara w’Inderetsi,15/3/2005, rup. 24
55 Igihe Sawuli yabona Dawidi agiye kurwana na wa Mufilisitiya, yabajije Abuneri+ umukuru w’ingabo ati: «Urya muhungu ni uwo kwa nde+ ga Abuneri?» Abuneri amwishura ati: «Ndarahiye imbere yawe mwami*, nta vyo nzi.»