1 Samweli 17:57 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 57 Dawidi akimara kugaruka avuye kwica wa Mufilisitiya, Abuneri aca amujana kwa Sawuli. Dawidi yari afise umutwe wa nya Mufilisitiya+ mu minwe.
57 Dawidi akimara kugaruka avuye kwica wa Mufilisitiya, Abuneri aca amujana kwa Sawuli. Dawidi yari afise umutwe wa nya Mufilisitiya+ mu minwe.