1 Samweli 18:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Dawidi akirangiza kuvugana na Sawuli, Yonatani+ atangura kumukunda nk’uko yikunda, baba abagenzi somambike*+. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:1 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),1/2021, rup. 21-22 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 48
18 Dawidi akirangiza kuvugana na Sawuli, Yonatani+ atangura kumukunda nk’uko yikunda, baba abagenzi somambike*+.